Turasa - Khadja Nin

Turasa - Khadja Nin

Альбом
Ya...
Год
1999
Язык
`스와힐리어`
Длительность
225880

아래는 노래 가사입니다. Turasa , 아티스트 - Khadja Nin 번역 포함

노래 가사 " Turasa "

번역이 포함된 원본 텍스트

Turasa

Khadja Nin

Ihoze mwana wa mama

Uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi

Yego nanje ndibonera

Yuko imibiri yose idasa

Uyu urera

Urya ukirabura

Uriya uravanze

Jewe mbona

Watu wa ulimwengu wandugu

Kaskasini kusini wako sawa

Watu wa ulimwengu wandugu

Wote wanafanana

Mbona dusa

Umworo wino arasa

N’umworo wo hirya agasa

N’umworo wa hakurya

Umwana wanje ansera

Kurya umwana wawe agusera

Abavyeyi turasa

None mwana wa mama

Abantu dupfa iki?

Ko mbona

200만 개 이상의 가사

다양한 언어로 된 노래

번역

모든 언어로 고품질 번역

빠른 검색

몇 초 만에 원하는 텍스트를 찾으세요